DO NOT USE IN EMPTY FIELDS
MUTO
#MUTO#
Buraca bugacana ayandi
Ndamuzi sinkishakira ahandi
Ko ataco nahisha abavyeyi ubundi
Nibabona ntanguye twatundi
Ntibazotinya ko ntahana ibindi
(Nibabona ntanguye twatundi
Ntibazotinya ko ntahana ibindi?)

Ntaco atazi vyose arabizi
Mbibwire abavyeyi canke bombuza
Gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya)

Yeah heeee yeah heeeee yeah he he yeahhhh


Baramuzi ntaco bamunenga
Kandi iyo mubonye Ari kumwe n'abandi
Ndababara cane sinihishire mbabazwa nuko
Yooo

Ntaco atazi vyose arabizi
Mbibwire abavyeyi canke bombuza
Gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya)